1 Abami 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 hatarimwo ivyariho+ vya Salomo bacungera igikorwa, bano bakaba bari abahagarikizi+ ibihumbi bitatu n’amajana atatu bagaba abantu bakora ico gikorwa. 1 Abami 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko nta n’umwe muri bene Isirayeli Salomo yagize umushumba+; kuko bari abarwanyi n’abasuku biwe n’abaganwa biwe n’ibisongerezi vyiwe n’abakuru b’abatwara imikogote biwe n’ab’abagendera ku mafarasi biwe+. 2 Ngoma 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko ibihumbi mirongo irindwi muri bo abagira abo gutwara imizigo+, ibihumbi mirongo umunani abagira abo kuringaniza amabuye+ ku musozi, ibihumbi bitatu n’amajana atandatu na bo abagira abacungezi bo gutuma abantu baguma ku gikorwa+.
16 hatarimwo ivyariho+ vya Salomo bacungera igikorwa, bano bakaba bari abahagarikizi+ ibihumbi bitatu n’amajana atatu bagaba abantu bakora ico gikorwa.
22 Ariko nta n’umwe muri bene Isirayeli Salomo yagize umushumba+; kuko bari abarwanyi n’abasuku biwe n’abaganwa biwe n’ibisongerezi vyiwe n’abakuru b’abatwara imikogote biwe n’ab’abagendera ku mafarasi biwe+.
18 Nuko ibihumbi mirongo irindwi muri bo abagira abo gutwara imizigo+, ibihumbi mirongo umunani abagira abo kuringaniza amabuye+ ku musozi, ibihumbi bitatu n’amajana atandatu na bo abagira abacungezi bo gutuma abantu baguma ku gikorwa+.