1 Abami 9:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi Hiramu yaguma arungika muri uwo mugwi w’imeri abasuku biwe+, abasoza ubwato, bazi ikiyaga, akabarungikana n’abasuku ba Salomo.
27 Kandi Hiramu yaguma arungika muri uwo mugwi w’imeri abasuku biwe+, abasoza ubwato, bazi ikiyaga, akabarungikana n’abasuku ba Salomo.