1 Abami 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova na we aha Salomo ubukerebutsi, nk’uko nyene yari yaramusezeraniye+; nuko haba amahoro hagati ya Hiramu na Salomo, maze bompi bapfundika isezerano. 1 Abami 22:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Ico gihe ni ho Ahaziya mwene Ahabu yabwira Yehoshafati ati: “Abasuku banje nibajane n’abasuku bawe muri izo meri,” mugabo Yehoshafati ntiyavyemera+. 2 Ngoma 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi Hiramu+ yama amurungikira biciye ku basuku biwe imeri n’abasuku bazi ikiyaga+, bakajana n’abasuku ba Salomo i Ofiri+ hanyuma bagakurayo italanto+ amajana ane na mirongo itanu z’inzahabu+, bakazizanira Umwami Salomo+.
12 Yehova na we aha Salomo ubukerebutsi, nk’uko nyene yari yaramusezeraniye+; nuko haba amahoro hagati ya Hiramu na Salomo, maze bompi bapfundika isezerano.
49 Ico gihe ni ho Ahaziya mwene Ahabu yabwira Yehoshafati ati: “Abasuku banje nibajane n’abasuku bawe muri izo meri,” mugabo Yehoshafati ntiyavyemera+.
18 Kandi Hiramu+ yama amurungikira biciye ku basuku biwe imeri n’abasuku bazi ikiyaga+, bakajana n’abasuku ba Salomo i Ofiri+ hanyuma bagakurayo italanto+ amajana ane na mirongo itanu z’inzahabu+, bakazizanira Umwami Salomo+.