1 Abami 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko umwami yari afise ku kiyaga umugwi w’imeri w’i Tarushishi+ wari kumwe n’umugwi w’imeri za Hiramu. Rimwe mu myaka itatu, nya mugwi w’imeri w’i Tarushishi waraza uzanye inzahabu+ n’ifeza, amasenge+, n’inkende be n’ibinyoni vyitwa tawusi. 2 Ngoma 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uburemere bw’inzahabu zaza kwa Salomo mu mwaka umwe bwangana n’italanto amajana atandatu na mirongo itandatu na zitandatu z’inzahabu+,
22 Kuko umwami yari afise ku kiyaga umugwi w’imeri w’i Tarushishi+ wari kumwe n’umugwi w’imeri za Hiramu. Rimwe mu myaka itatu, nya mugwi w’imeri w’i Tarushishi waraza uzanye inzahabu+ n’ifeza, amasenge+, n’inkende be n’ibinyoni vyitwa tawusi.
13 Uburemere bw’inzahabu zaza kwa Salomo mu mwaka umwe bwangana n’italanto amajana atandatu na mirongo itandatu na zitandatu z’inzahabu+,