1 Abami 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi umwamikazi wa Sheba+ yarumva inkuru yerekeye Salomo ku bijanye n’izina rya Yehova+. Aza rero kumugeza n’ibibazo bigoye+. Yesaya 60:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ikigwi kigigimba c’ingamiya kizogupfuka, ingamiya zikiri nto z’ingabo z’i Midiyani n’iz’i Efa+. Iz’i Sheba+ zose, zizoza. Zizoza zikoreye inzahabu n’imibavu ya olibani. Kandi zizotangaza amashemezo ya Yehova+. Luka 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha.
10 Kandi umwamikazi wa Sheba+ yarumva inkuru yerekeye Salomo ku bijanye n’izina rya Yehova+. Aza rero kumugeza n’ibibazo bigoye+.
6 Ikigwi kigigimba c’ingamiya kizogupfuka, ingamiya zikiri nto z’ingabo z’i Midiyani n’iz’i Efa+. Iz’i Sheba+ zose, zizoza. Zizoza zikoreye inzahabu n’imibavu ya olibani. Kandi zizotangaza amashemezo ya Yehova+.
31 Umwamikazi+ wo mu bumanuko azohagurutsanywa n’abagabo b’iri yaruka mu rubanza abatsindishe; kuko yaje ava ku mpera z’isi kugira ngo yumve ubukerebutsi bwa Salomo, mugabo, ehe uwuruta+ Salomo ari ng’aha.