1 Abami 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Hiramu+ akimara kwumva amajambo ya Salomo, aranezerwa rwose, maze avuga ati: “Arahezagiwe+ Yehova uno musi, kuko yahaye Dawidi umuhungu w’inkerebutsi+ ngo aganze aba bantu benshi+!” Zaburi 72:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hahezagirwe Yehova Imana, ya Mana ya Isirayeli+,We wenyene akora ibikorwa vy’agatangaza+.
7 Hiramu+ akimara kwumva amajambo ya Salomo, aranezerwa rwose, maze avuga ati: “Arahezagiwe+ Yehova uno musi, kuko yahaye Dawidi umuhungu w’inkerebutsi+ ngo aganze aba bantu benshi+!”