1 Abami 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uze uhe umusavyi wawe umutima ugamburuka kugira ngo acire imanza+ abantu bawe, ngo amenye gutandukanya ikibi n’iciza+; nakare, ni nde ashoboye gucira imanza+ aba bantu bawe n’ingene bagoye+?” Imigani 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+. Imigani 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umwana aba inkerebutsi iyo hari indero ya se+, mugabo umushinyaguzi ntiyumva uguhambarirwa+. Imigani 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umwana w’inkerebutsi ni we anezereza se+, mugabo umuntu w’ikijuju asuzugura nyina+. Imigani 23:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Se w’umugororotsi ntazobura kunezerwa+; uwuvyaye umwana w’inkerebutsi na we nyene azomuhimbarirwa+.
9 Uze uhe umusavyi wawe umutima ugamburuka kugira ngo acire imanza+ abantu bawe, ngo amenye gutandukanya ikibi n’iciza+; nakare, ni nde ashoboye gucira imanza+ aba bantu bawe n’ingene bagoye+?”
10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+.
24 Se w’umugororotsi ntazobura kunezerwa+; uwuvyaye umwana w’inkerebutsi na we nyene azomuhimbarirwa+.