17 maze umusukukazi wawe yavuze ati: ‘Ndakwinginze ijambo ry’umukama wanje umwami ribe iryo gutanga akaruhuko.’ Kuko umukama wanje umwami ameze nk’umumarayika+ w’Imana y’ukuri, kugira ngo atandukanye iciza n’ikibi+; Yehova Imana yawe ubwiwe abane nawe.”