1 Abami 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uze uhe umusavyi wawe umutima ugamburuka kugira ngo acire imanza+ abantu bawe, ngo amenye gutandukanya ikibi n’iciza+; nakare, ni nde ashoboye gucira imanza+ aba bantu bawe n’ingene bagoye+?” 1 Abami 3:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko Isirayeli yose yumva iyo ngingo y’ubutungane+ umwami yari yashikirije; maze baratinya kubera umwami+, kuko babona yuko ubukerebutsi+ bw’Imana bwari muri we, kugira ashitse ingingo y’ubutungane.
9 Uze uhe umusavyi wawe umutima ugamburuka kugira ngo acire imanza+ abantu bawe, ngo amenye gutandukanya ikibi n’iciza+; nakare, ni nde ashoboye gucira imanza+ aba bantu bawe n’ingene bagoye+?”
28 Nuko Isirayeli yose yumva iyo ngingo y’ubutungane+ umwami yari yashikirije; maze baratinya kubera umwami+, kuko babona yuko ubukerebutsi+ bw’Imana bwari muri we, kugira ashitse ingingo y’ubutungane.