ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 7:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Nawe Ezira, wisunze ubukerebutsi+ bw’Imana yawe buri mu kuboko kwawe, nugene ibisongerezi vy’abacamanza n’abacamanza kugira ngo bagume bacira imanza+ abantu bose bari hakurya ya rwa Ruzi, egome, abazi amategeko y’Imana yawe bose; kandi uwutayazi wese muze muyamwigishe+.

  • Imigani 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 vyongeye, niwahamagara ugutegera+ kandi ugashira ijwi hejuru urondera ugutahura+,

  • Umusiguzi 7:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ubukerebutsi burakomeye ku muntu w’inkerebutsi kurusha abantu cumi b’ububasha babayeho mu gisagara+.

  • Abakolosayi 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Muri we ni ho itunga ryose ry’ubukerebutsi n’ubumenyi ryahishijwe bimwe vyitondewe+.

  • Yakobo 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika