2 Samweli 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko umugore umwe w’inkerebutsi+ atangura guhamagara ari mu gisagara ati: “Nimwumvirize, nimwumvirize! Ndabinginze mubwire Yowabu muti: ‘Egera gushika hano, mpeze mvugane nawe.’” Imigani 21:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umuntu w’inkerebutsi yaruriye igisagara c’abanyenkomezi, kugira amanure inkomezi z’umwizero waco+. Imigani 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwuri inkerebutsi mu gukoresha ubumenyi aba ari umugabo+, kandi umuntu w’ubumenyi ashimangira ububasha+. Umusiguzi 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ndaheza mvuga nti: “Ubukerebutsi buraruta inguvu+; yamara ubukerebutsi bw’umukene burasuzugurwa, n’amajambo yiwe ntiyumvirizwa+.”
16 Nuko umugore umwe w’inkerebutsi+ atangura guhamagara ari mu gisagara ati: “Nimwumvirize, nimwumvirize! Ndabinginze mubwire Yowabu muti: ‘Egera gushika hano, mpeze mvugane nawe.’”
22 Umuntu w’inkerebutsi yaruriye igisagara c’abanyenkomezi, kugira amanure inkomezi z’umwizero waco+.
5 Uwuri inkerebutsi mu gukoresha ubumenyi aba ari umugabo+, kandi umuntu w’ubumenyi ashimangira ububasha+.
16 Ndaheza mvuga nti: “Ubukerebutsi buraruta inguvu+; yamara ubukerebutsi bw’umukene burasuzugurwa, n’amajambo yiwe ntiyumvirizwa+.”