1 Samweli 25:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uwo mugabo yitwa Nabali+, umugore wiwe na we akitwa Abigayili+. Uwo mugore yariyubara cane+ akaba kandi yari mwiza ku mubiri, ariko uwo mugabo yari inkazi kandi akaba mubi mu ngeso ziwe+; yari Umukalebu+. 2 Samweli 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yowabu atuma rero i Tekowa+ gukurayo umugore w’inkerebutsi+ maze amubwira ati: “Enda ja mu kigandaro, wambare impuzu z’ikigandaro, kandi ntiwisige amavuta+; ube nk’umugore, emwe, umugore amaze imisi myinshi agandariye uwapfuye+.
3 Uwo mugabo yitwa Nabali+, umugore wiwe na we akitwa Abigayili+. Uwo mugore yariyubara cane+ akaba kandi yari mwiza ku mubiri, ariko uwo mugabo yari inkazi kandi akaba mubi mu ngeso ziwe+; yari Umukalebu+.
2 Yowabu atuma rero i Tekowa+ gukurayo umugore w’inkerebutsi+ maze amubwira ati: “Enda ja mu kigandaro, wambare impuzu z’ikigandaro, kandi ntiwisige amavuta+; ube nk’umugore, emwe, umugore amaze imisi myinshi agandariye uwapfuye+.