Imigani 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ibintu vy’agaciro vy’umutunzi ni vyo gisagara ciwe gikomeye+. Agatikizo k’abantu batobato ni ubworo bwabo+. Mariko 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uyu si wa mubaji+, umuhungu wa Mariya+ akaba na mwene wabo na Yakobo+ na Yozefu na Yuda na Simoni+? Bashikiwe na bo ntibari ng’aha kumwe natwe?” Nuko batangura gutsitara kubera we+. Yohani 7:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Hari n’umwe mu batware canke mu Bafarizayo yamwizeye+? 1 Abakorinto 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 mugabo Imana yatoye ivy’ubupfu vyo mw’isi+ kugira itetereze inkerebutsi; kandi Imana yatoye ivya goyigoyi vyo mw’isi kugira itetereze ibikomeye+; 1 Abakorinto 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubwo bukerebutsi nta n’umwe mu batware+ b’iki gihe yabumenye+, kuko iyo babumenya batari kumanika+ wa Mukama w’ubuninahazwa.
15 Ibintu vy’agaciro vy’umutunzi ni vyo gisagara ciwe gikomeye+. Agatikizo k’abantu batobato ni ubworo bwabo+.
3 Uyu si wa mubaji+, umuhungu wa Mariya+ akaba na mwene wabo na Yakobo+ na Yozefu na Yuda na Simoni+? Bashikiwe na bo ntibari ng’aha kumwe natwe?” Nuko batangura gutsitara kubera we+.
27 mugabo Imana yatoye ivy’ubupfu vyo mw’isi+ kugira itetereze inkerebutsi; kandi Imana yatoye ivya goyigoyi vyo mw’isi kugira itetereze ibikomeye+;
8 Ubwo bukerebutsi nta n’umwe mu batware+ b’iki gihe yabumenye+, kuko iyo babumenya batari kumanika+ wa Mukama w’ubuninahazwa.