Imigani 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bene wabo na ntahonikora baramwanse bose+. Ese ukuntu abagenzi biwe bwite bobo barushirije kumuca kure+! Arabakurikira ari n’ivyo avuga; yamara ntabo+.
7 Bene wabo na ntahonikora baramwanse bose+. Ese ukuntu abagenzi biwe bwite bobo barushirije kumuca kure+! Arabakurikira ari n’ivyo avuga; yamara ntabo+.