Zaburi 38:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo abankunda be n’abagenzi banje, baguma bihagarariye kure y’icago canje+,Abagenzi banje ba hafi na bo bihagarariye nka hariya+. Zaburi 88:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Washize abo tuzinanyi kure yanje+;Wangize ikintu giteye ishishi cane kuri bo+.Ndaboshwe, sinshobora gusohoka+. Umusiguzi 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze muri ko habonekayo umuntu akenye mugabo w’inkerebutsi, uwo atabara nya gasagara ku bukerebutsi bwiwe+. Mugabo nta n’umwe yibutse uwo muntu w’umukene+. Yakobo 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 yamara mukaraba ryiza+ umwe yambaye ivyambarwa vyakaka, mukavuga muti: “Wewe icara ng’aha mu kibanza ciza,” hanyuma mukabwira nya mworo ngo: “Wewe guma uhagaze,” canke ngo: “Icara harya munsi y’intebe y’ibirenge vyanje,”
11 Nayo abankunda be n’abagenzi banje, baguma bihagarariye kure y’icago canje+,Abagenzi banje ba hafi na bo bihagarariye nka hariya+.
8 Washize abo tuzinanyi kure yanje+;Wangize ikintu giteye ishishi cane kuri bo+.Ndaboshwe, sinshobora gusohoka+.
15 Maze muri ko habonekayo umuntu akenye mugabo w’inkerebutsi, uwo atabara nya gasagara ku bukerebutsi bwiwe+. Mugabo nta n’umwe yibutse uwo muntu w’umukene+.
3 yamara mukaraba ryiza+ umwe yambaye ivyambarwa vyakaka, mukavuga muti: “Wewe icara ng’aha mu kibanza ciza,” hanyuma mukabwira nya mworo ngo: “Wewe guma uhagaze,” canke ngo: “Icara harya munsi y’intebe y’ibirenge vyanje,”