Imigani 18:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ntahonikora avuga yinginga+, mugabo umutunzi yishurana ugukara+. Yakobo 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 yamara uwo muri mwebwe akamubwira ati: “Genda amahoro, ugume ususurutse kandi urya neza,” mugabo ntimumuhe ivyo umubiri wiwe ukeneye, bimaze iki+? 1 Yohani 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo uwo wese afise uburyo bwo kwibeshaho bwo muri iyi si+ akabona mwene wabo ari mu mukeno+ yamara akamwugarirako impuhwe ziwe z’ikibabarwe+, mbega urukundo rw’Imana ruguma muri we gute+?
16 yamara uwo muri mwebwe akamubwira ati: “Genda amahoro, ugume ususurutse kandi urya neza,” mugabo ntimumuhe ivyo umubiri wiwe ukeneye, bimaze iki+?
17 Mugabo uwo wese afise uburyo bwo kwibeshaho bwo muri iyi si+ akabona mwene wabo ari mu mukeno+ yamara akamwugarirako impuhwe ziwe z’ikibabarwe+, mbega urukundo rw’Imana ruguma muri we gute+?