Rusi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi yavuze ati: ‘Ndakwinginze undeke ntorore+, ntoragure mu mahundo y’intete aciwe, ngendere inyuma y’abimbuzi.’ Nuko arinjira, aguma ahagaze kuva ico gihe mu gitondo gushika n’ubu, akaba ari ho acicara mu nzu akanya gatoyi+.” 2 Abami 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umugore umwe wo mu bagore b’abahungu+ b’abahanuzi asemerera yerekeza kuri Elisha, ati: “Umusuku wawe, umugabo wanje, yarapfuye; kandi wewe ubwawe urazi neza yuko umusuku wawe yama atinya+ Yehova; uwufitiwe ideni+ yaje gutwara abana banje bompi ngo abagire abashumba biwe.” Yakobo 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Impembo y’abakozi bimbuye imirima yanyu mugabo mukayigumya+ iguma isemerera+, kandi ugutaka+ kw’abashwabuzi kwashitse mu matwi+ ya Yehova nyen’ingabo*.
7 Kandi yavuze ati: ‘Ndakwinginze undeke ntorore+, ntoragure mu mahundo y’intete aciwe, ngendere inyuma y’abimbuzi.’ Nuko arinjira, aguma ahagaze kuva ico gihe mu gitondo gushika n’ubu, akaba ari ho acicara mu nzu akanya gatoyi+.”
4 Nuko umugore umwe wo mu bagore b’abahungu+ b’abahanuzi asemerera yerekeza kuri Elisha, ati: “Umusuku wawe, umugabo wanje, yarapfuye; kandi wewe ubwawe urazi neza yuko umusuku wawe yama atinya+ Yehova; uwufitiwe ideni+ yaje gutwara abana banje bompi ngo abagire abashumba biwe.”
4 Raba! Impembo y’abakozi bimbuye imirima yanyu mugabo mukayigumya+ iguma isemerera+, kandi ugutaka+ kw’abashwabuzi kwashitse mu matwi+ ya Yehova nyen’ingabo*.