ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 42:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Yozefu abonye bene wabo, aca arabamenya, mugabo ariyoberanya kuri bo+. Arabakarira mu kubavugisha, ababwira ati: “Muva he?” Na bo bati: “Mu gihugu ca Kanani, kugira tugure ivyo kurya+.”

  • 1 Samweli 25:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.

  • Amosi 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Nimwumve ibi mwebwe murondera gusūmira umworo n’akanwa kanyu+, kugira ngo muzimanganye kw’isi abatekereza+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika