Yesaya 40:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.” Abanyefeso 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwa nyuma, mubandanye kwironsa ububasha+ mu Mukama no mu bushobozi+ bw’inkomezi ziwe. Abakolosayi 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 mukagirwa abanyabubasha n’ububasha bwose ku rugero rw’ubushobozi bwayo buninahaye+, ngo mubone kwihangana+ bimwe bishitse mwongera mwiyumanganya munezerewe,
31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.”
11 mukagirwa abanyabubasha n’ububasha bwose ku rugero rw’ubushobozi bwayo buninahaye+, ngo mubone kwihangana+ bimwe bishitse mwongera mwiyumanganya munezerewe,