2 Ngoma 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Numpe rero ubukerebutsi n’ubumenyi+ kugira ngo nyobore aba bantu neza+; nakare, ni nde yoshobora gucira imanza aba bantu bawe n’ingene ari benshi+?” Zaburi 72:1 Bibiliya y’isi nshasha 72 Ewe Mana, nuhe umwami ingingo zawe z’ubutungane+,Uhe ubugororotsi bwawe umwana w’umwami+. Zaburi 119:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuntahuze, kugira nubahirize itegeko ryawe+No kugira ndarigumye n’umutima wanje wose+.
10 Numpe rero ubukerebutsi n’ubumenyi+ kugira ngo nyobore aba bantu neza+; nakare, ni nde yoshobora gucira imanza aba bantu bawe n’ingene ari benshi+?”