1 Abami 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uze uhe umusavyi wawe umutima ugamburuka kugira ngo acire imanza+ abantu bawe, ngo amenye gutandukanya ikibi n’iciza+; nakare, ni nde ashoboye gucira imanza+ aba bantu bawe n’ingene bagoye+?” Imigani 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova ubwiwe atanga ubukerebutsi+; mu kanwa kiwe havamwo ubumenyi n’ugutahura+. Imigani 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hahiriwe umuntu yaronse ubukerebutsi+, n’umuntu aronka ugutahura+, Yakobo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+.
9 Uze uhe umusavyi wawe umutima ugamburuka kugira ngo acire imanza+ abantu bawe, ngo amenye gutandukanya ikibi n’iciza+; nakare, ni nde ashoboye gucira imanza+ aba bantu bawe n’ingene bagoye+?”
5 Nimba rero hari uwo muri mwebwe ahajije mu bukerebutsi+, nagume abusaba Imana+, kuko itanga cane kuri bose ata gutera imirarwe+; kandi azobuhabwa+.