Imigani 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umwana w’inkerebutsi ni we anezereza se+, mugabo umuntu w’ikijuju asuzugura nyina+. Imigani 17:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uwo wese avyaye umwana w’ikijuju, bimubera intuntu+; kandi se w’umwana w’imburabwenge ntanezerwa+. Imigani 17:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Umwana w’ikijuju ni umwikomo kuri se+ be n’umururazi kuri nyina yamwibarutse+.
21 Uwo wese avyaye umwana w’ikijuju, bimubera intuntu+; kandi se w’umwana w’imburabwenge ntanezerwa+.