1 Samweli 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Umuntu acumuye ku muntu+, Imana yobijamwo ikamubera umucamanza+; mugabo umuntu acumuye kuri Yehova+, ni nde azomusengera+?” Mugabo ntibumviriza ijwi rya se+, kuko Yehova ico gihe yari ahimbawe no kubica+. 1 Samweli 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abahungu biwe ntibagendera mu nzira ziwe+, mugabo bari bahengamiye ku kurondera inyungu y’akarenganyo+ kandi baremera igiturire+, bakagoreka urubanza+. 2 Samweli 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Dawidi aca abwira abasuku biwe bose bari kumwe na we i Yeruzalemu ati: “Haguruke duhunge+; kuko tutazoronka akaryo ko kunyaga amagara kubera Abusalomu! Gende ningoga kugira ntanyaruke ngo aduhamvye hanyuma atuzaneko ikibi yongere akubitishe igisagara ubugi bw’inkota+!” Imigani 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+.
25 Umuntu acumuye ku muntu+, Imana yobijamwo ikamubera umucamanza+; mugabo umuntu acumuye kuri Yehova+, ni nde azomusengera+?” Mugabo ntibumviriza ijwi rya se+, kuko Yehova ico gihe yari ahimbawe no kubica+.
3 Abahungu biwe ntibagendera mu nzira ziwe+, mugabo bari bahengamiye ku kurondera inyungu y’akarenganyo+ kandi baremera igiturire+, bakagoreka urubanza+.
14 Dawidi aca abwira abasuku biwe bose bari kumwe na we i Yeruzalemu ati: “Haguruke duhunge+; kuko tutazoronka akaryo ko kunyaga amagara kubera Abusalomu! Gende ningoga kugira ntanyaruke ngo aduhamvye hanyuma atuzaneko ikibi yongere akubitishe igisagara ubugi bw’inkota+!”
10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+.