1 Abami 1:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Ibi ni vyo kandi umwami yavuze: ‘Hahezagirwe+ Yehova Imana ya Isirayeli, we uno musi yatanze uwo kwicara ku ntebe y’ubwami yanje, amaso yanje bwite avyibonera+!’” Imigani 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+.
48 Ibi ni vyo kandi umwami yavuze: ‘Hahezagirwe+ Yehova Imana ya Isirayeli, we uno musi yatanze uwo kwicara ku ntebe y’ubwami yanje, amaso yanje bwite avyibonera+!’”
10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+.