Imigani 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuntu w’igipfu wese, agaya indero ya se wiwe+, mugabo uwitaho igikangiro wese ni umunyabwenge+. Abaheburayo 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muriko mwihangana ku bw’ugutozwa indero+. Imana iriko ibagirira nk’uko igirira abana+. Kuko, ni nde mwana se adatoza indero+?
7 Muriko mwihangana ku bw’ugutozwa indero+. Imana iriko ibagirira nk’uko igirira abana+. Kuko, ni nde mwana se adatoza indero+?