ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Umuntu acumuye ku muntu+, Imana yobijamwo ikamubera umucamanza+; mugabo umuntu acumuye kuri Yehova+, ni nde azomusengera+?” Mugabo ntibumviriza ijwi rya se+, kuko Yehova ico gihe yari ahimbawe no kubica+.

  • Imigani 13:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Umwana aba inkerebutsi iyo hari indero ya se+, mugabo umushinyaguzi ntiyumva uguhambarirwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika