2 Ngoma 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo ivya Rehobowamu, ivya mbere n’ivya nyuma+, none ntivyanditswe mu majambo ya Shemaya+ umuhanuzi n’aya Ido+ umubonyi hakurikijwe iyandikwa rifatiye ku mamuko? Kandi hama intambara hagati ya Rehobowamu+ na Yerobowamu+ igihe cose. 2 Ngoma 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibisigaye mu vya Abiya, egome, inzira ziwe n’amajambo yiwe, vyanditswe mu nsobanuro z’umuhanuzi Ido+.
15 Nayo ivya Rehobowamu, ivya mbere n’ivya nyuma+, none ntivyanditswe mu majambo ya Shemaya+ umuhanuzi n’aya Ido+ umubonyi hakurikijwe iyandikwa rifatiye ku mamuko? Kandi hama intambara hagati ya Rehobowamu+ na Yerobowamu+ igihe cose.
22 Ibisigaye mu vya Abiya, egome, inzira ziwe n’amajambo yiwe, vyanditswe mu nsobanuro z’umuhanuzi Ido+.