ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 9:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Nayo ibisigaye mu vya Salomo+, ivya mbere n’ivya nyuma, none ntivyanditswe mu majambo ya Natani+ umuhanuzi no mu buhanuzi bwa Ahiya+ Umunyashilo+ no mu nyandiko y’ivyo Ido+ umubonyi yeretswe ku vyerekeye Yerobowamu+ mwene Nebati+?

  • 2 Ngoma 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nayo ivya Rehobowamu, ivya mbere n’ivya nyuma+, none ntivyanditswe mu majambo ya Shemaya+ umuhanuzi n’aya Ido+ umubonyi hakurikijwe iyandikwa rifatiye ku mamuko? Kandi hama intambara hagati ya Rehobowamu+ na Yerobowamu+ igihe cose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika