ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 11:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Umuhungu wiwe nzomuha umuryango umwe, kugira ngo Dawidi umusavyi wanje abandanye kugira itara imbere yanje i Yeruzalemu+, igisagara nitoreye ngo ndahashire izina ryanje+.

  • 1 Abami 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Yerobowamu abwira rero umugore wiwe ati: “Ndakwinginze uhaguruke, wiyoberanye+ kugira ngo ntibamenye yuko uri umugore wa Yerobowamu, maze uje i Shilo. Ehe, aho ni ho Ahiya+ umuhanuzi ari. Ni we yavuze ku binyerekeye ivy’ukuba umwami w’aba bantu+.

  • 1 Abami 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 ku bw’ivyo, ehe ngira nzane ivyago ku nzu ya Yerobowamu, kandi ata gukeka nzorandura kwa Yerobowamu umuntu w’igitsina-gabo wese*+, uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli+; kandi vy’ukuri nzokubura noganze inyuma y’inzu ya Yerobowamu+, nk’uko umuntu akuraho umwanda mukuru gushika uzimanganye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika