1 Abami 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko umwami ntiyumviriza abantu+, kuko ukwo guhinduka kw’ibintu kwari kuvuye kuri Yehova+, kugira ngo ashitse koko ijambo ryiwe+, iryo Yehova yari yarabwiye Yerobowamu mwene Nebati biciye kuri Ahiya+ Umunyashilo.
15 Nuko umwami ntiyumviriza abantu+, kuko ukwo guhinduka kw’ibintu kwari kuvuye kuri Yehova+, kugira ngo ashitse koko ijambo ryiwe+, iryo Yehova yari yarabwiye Yerobowamu mwene Nebati biciye kuri Ahiya+ Umunyashilo.