1 Abami 11:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Maze Salomo atangura kurondera kwica Yerobowamu+. Nuko Yerobowamu arahaguruka, ahungira+ mu Misiri kwa Shishaki+ umwami wa Misiri, aguma mu Misiri gushika Salomo apfuye.
40 Maze Salomo atangura kurondera kwica Yerobowamu+. Nuko Yerobowamu arahaguruka, ahungira+ mu Misiri kwa Shishaki+ umwami wa Misiri, aguma mu Misiri gushika Salomo apfuye.