1 Abami 14:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu. 2 Ngoma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu+, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu (kuko bari bahemukiye Yehova+),
25 Nuko mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu.
2 Maze mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu+, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu (kuko bari bahemukiye Yehova+),