1 Abami 11:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Maze Salomo atangura kurondera kwica Yerobowamu+. Nuko Yerobowamu arahaguruka, ahungira+ mu Misiri kwa Shishaki+ umwami wa Misiri, aguma mu Misiri gushika Salomo apfuye. 2 Ngoma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu+, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu (kuko bari bahemukiye Yehova+),
40 Maze Salomo atangura kurondera kwica Yerobowamu+. Nuko Yerobowamu arahaguruka, ahungira+ mu Misiri kwa Shishaki+ umwami wa Misiri, aguma mu Misiri gushika Salomo apfuye.
2 Maze mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu+, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu (kuko bari bahemukiye Yehova+),