Abacamanza 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, bituma abatanga mu maboko y’abasahuzi, batangura kubasahura+; kandi atangura kubagurisha mu kuboko kw’abansi babo bari irya n’ino yabo+, ntibaba bagishobora guhagarara imbere y’abansi babo+. 2 Ngoma 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo mwebwe ubwanyu nimwasubira inyuma+, mugata koko ivyagezwe vyanje+ n’amabwirizwa yanje+ nashize imbere yanyu, hanyuma mukagenda vy’ukuri mugakorera izindi mana+, mukazunamira+,
14 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, bituma abatanga mu maboko y’abasahuzi, batangura kubasahura+; kandi atangura kubagurisha mu kuboko kw’abansi babo bari irya n’ino yabo+, ntibaba bagishobora guhagarara imbere y’abansi babo+.
19 Mugabo mwebwe ubwanyu nimwasubira inyuma+, mugata koko ivyagezwe vyanje+ n’amabwirizwa yanje+ nashize imbere yanyu, hanyuma mukagenda vy’ukuri mugakorera izindi mana+, mukazunamira+,