1 Abami 11:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Maze Salomo atangura kurondera kwica Yerobowamu+. Nuko Yerobowamu arahaguruka, ahungira+ mu Misiri kwa Shishaki+ umwami wa Misiri, aguma mu Misiri gushika Salomo apfuye. 1 Abami 14:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu.
40 Maze Salomo atangura kurondera kwica Yerobowamu+. Nuko Yerobowamu arahaguruka, ahungira+ mu Misiri kwa Shishaki+ umwami wa Misiri, aguma mu Misiri gushika Salomo apfuye.
25 Nuko mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu.