21 Rehobowamu ashitse i Yeruzalemu+, aca akoranya inzu ya Yuda yose n’umuryango wa Benyamini+, abagabo b’abahizi ibihumbi ijana na mirongo umunani bashoboye intambara, kugira barwanye inzu ya Isirayeli, ngo bagarukanire ingoma Rehobowamu mwene Salomo.