1 Abami 12:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Rehobowamu ashitse i Yeruzalemu, aca akoranya abo mu muryango wa Yuda bose n’abo mu muryango wa Benyamini. Yakoranije abarwanyi 180.000 bamenyerejwe*, kugira barwanye Abisirayeli basubize ubutegetsi Rehobowamu mwene Salomo+.
21 Rehobowamu ashitse i Yeruzalemu, aca akoranya abo mu muryango wa Yuda bose n’abo mu muryango wa Benyamini. Yakoranije abarwanyi 180.000 bamenyerejwe*, kugira barwanye Abisirayeli basubize ubutegetsi Rehobowamu mwene Salomo+.