Yosuwa 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 umwami wa Libuna+, umwe; umwami wa Adulamu, umwe; 1 Samweli 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Dawidi aragenda avuye ng’aho+, ahungira+ mw’isenga+ ry’i Adulamu+; bene wabo be n’inzu ya se yose baravyumva, baca bamanuka ng’aho iyo ari.
15 umwami wa Libuna+, umwe; umwami wa Adulamu, umwe; 1 Samweli 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Dawidi aragenda avuye ng’aho+, ahungira+ mw’isenga+ ry’i Adulamu+; bene wabo be n’inzu ya se yose baravyumva, baca bamanuka ng’aho iyo ari.
22 Nuko Dawidi aragenda avuye ng’aho+, ahungira+ mw’isenga+ ry’i Adulamu+; bene wabo be n’inzu ya se yose baravyumva, baca bamanuka ng’aho iyo ari.