ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 isengesho iryo ari ryo ryose+, ugusaba ubutoni ukwo ari kwo kwose+ kuzoba kuvuye ku muntu uwo ari we wese canke ku bantu bawe Isirayeli bose+, kuko umwumwe wese azi icago c’umutima wiwe+, maze bakagaranzura koko ibiganza vyabo bavyerekeje kuri iyi nzu+,

  • 2 Ngoma 33:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ivyo bikimara kumushira mu marushwa+, atakambira* Yehova Imana yiwe+ kandi aguma yicisha bugufi+ cane imbere y’Imana ya ba sekuruza biwe.

  • 2 Ngoma 34:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 kubera ko umutima wawe+ waciye woroha ku buryo wicisha bugufi+ kubera Imana aho wumviye amajambo yayo yerekeye aha hantu n’abahaba, maze ukicisha bugufi imbere yanje+, ugatantamura+ impuzu zawe hanyuma ukaririra imbere yanje, nanje numvise+, ni ko Yehova avuze.

  • Yakobo 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mwicishe bugufi mu maso ya Yehova+, na we azobashira hejuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika