Gusubira mu vyagezwe 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mugabo ahantu Yehova Imana yanyu azotora mu miryāngo yanyu yose ngo ahashire izina ryiwe, atume ari ho riba, muzoharondera, kandi utegerezwa kuza ng’aho+. 2 Ngoma 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo nzotora Yeruzalemu+ kugira ngo izina ryanje ribeyo, kandi nzotora Dawidi kugira ngo aganze abantu banje Isirayeli+.’ Zaburi 48:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umusozi Siyoni ku mpande za kure zo mu buraruko+Ni mwiza mu bukiruruke, ukaba n’umwigino w’isi yose+,Igisagara c’Umwami w’Agahambaye+. Zaburi 78:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 Mugabo atora umuryango wa Yuda+,Umusozi Siyoni, uwo yakunze+.
5 mugabo ahantu Yehova Imana yanyu azotora mu miryāngo yanyu yose ngo ahashire izina ryiwe, atume ari ho riba, muzoharondera, kandi utegerezwa kuza ng’aho+.
6 Mugabo nzotora Yeruzalemu+ kugira ngo izina ryanje ribeyo, kandi nzotora Dawidi kugira ngo aganze abantu banje Isirayeli+.’
2 Umusozi Siyoni ku mpande za kure zo mu buraruko+Ni mwiza mu bukiruruke, ukaba n’umwigino w’isi yose+,Igisagara c’Umwami w’Agahambaye+.