-
2 Ngoma 12:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 Nuko Umwami Rehobowamu abandanya gukomeza ikibanza ciwe i Yeruzalemu, aguma aganza; kuko Rehobowamu+ yari afise imyaka mirongo ine n’umwe igihe yatangura kuganza, amara imyaka cumi n’indwi aganza i Yeruzalemu, igisagara+ Yehova yari yaratoye mu miryango yose ya Isirayeli kugira ngo ahashire izina ryiwe+. Nyina yitwa Nayama+ Umwamonikazi+.
-