Gusubira mu vyagezwe 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Nta Mwamoni canke Umunyamowabu ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova+. Mbere no gushika kw’iyaruka rigira icumi, mu babo nta n’umwe ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova, gushika igihe kitagira urugero, 1 Abami 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Umwami Salomo akunda abagore benshi b’abanyamahangakazi+ hampande y’umukobwa wa Farawo+: Abanyamowabukazi+, Abamonikazi+, Abanyedomukazi+, Abanyasidonikazi+, n’Abahetikazi+, Nehemiya 13:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mbega abo si bo bacumuje Salomo umwami wa Isirayeli+? Mu mahanga menshi nta mwami ameze nka we yariho+; kandi yarakundwa n’Imana yiwe+, ku buryo Imana imugira umwami wa Isirayeli yose. Na we nyene abagore b’abanyamahangakazi baramucumuje+.
3 “Nta Mwamoni canke Umunyamowabu ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova+. Mbere no gushika kw’iyaruka rigira icumi, mu babo nta n’umwe ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova, gushika igihe kitagira urugero,
11 Nuko Umwami Salomo akunda abagore benshi b’abanyamahangakazi+ hampande y’umukobwa wa Farawo+: Abanyamowabukazi+, Abamonikazi+, Abanyedomukazi+, Abanyasidonikazi+, n’Abahetikazi+,
26 Mbega abo si bo bacumuje Salomo umwami wa Isirayeli+? Mu mahanga menshi nta mwami ameze nka we yariho+; kandi yarakundwa n’Imana yiwe+, ku buryo Imana imugira umwami wa Isirayeli yose. Na we nyene abagore b’abanyamahangakazi baramucumuje+.