Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+. 2 Samweli 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli. Zaburi 78:71 Bibiliya y’isi nshasha 71 Amukura inyuma y’imvyeyi zonsa+,Amuzana ngo abe umwungere kuri Yakobo igisata ciwe+,No kuri Isirayeli intoranwa yiwe+.
10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.
8 Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli.
71 Amukura inyuma y’imvyeyi zonsa+,Amuzana ngo abe umwungere kuri Yakobo igisata ciwe+,No kuri Isirayeli intoranwa yiwe+.