Yobu 40:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Canke woba ufise ukuboko nk’ukw’Imana y’ukuri+,Kandi ugashobora gutuma haba umuturagaro biciye kw’ijwi nk’iryayo+? Yesaya 40:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Raba! Amahanga ni nk’ima ryo mu ndobo; kandi afatwa nk’agakungugu gafashe ku munzane+. Raba! Aterura amazinga+ ubwayo nk’umukungugu unoze. Abaheburayo 10:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Birateye ubwoba gukorokera mu maboko ya ya Mana nzima+.
9 Canke woba ufise ukuboko nk’ukw’Imana y’ukuri+,Kandi ugashobora gutuma haba umuturagaro biciye kw’ijwi nk’iryayo+?
15 Raba! Amahanga ni nk’ima ryo mu ndobo; kandi afatwa nk’agakungugu gafashe ku munzane+. Raba! Aterura amazinga+ ubwayo nk’umukungugu unoze.