Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+. Matayo 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Mugume musaba+, muzohabwa; mugume murondera, muzoronka; mugume mudodora+, muzokwugururirwa.
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+.