2 Ngoma 30:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko ishengero ryose rya Yuda+, n’abaherezi, n’Abalewi+, n’ishengero ryose ryari ryavuye muri Isirayeli+, na ba kavamahanga+ bari bavuye mu gihugu ca Isirayeli+, n’ababa muri Yuda, babandanya kunezerwa+.
25 Nuko ishengero ryose rya Yuda+, n’abaherezi, n’Abalewi+, n’ishengero ryose ryari ryavuye muri Isirayeli+, na ba kavamahanga+ bari bavuye mu gihugu ca Isirayeli+, n’ababa muri Yuda, babandanya kunezerwa+.