1 Abami 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Isirayeli yose ikimara kwumva ko Yerobowamu yagarutse, baca batuma kumuhamagara ngo aze kw’ikoraniro maze bamugira umwami wa Isirayeli yose+. Nta n’umwe yakurikiye inzu ya Dawidi kiretse umuryango wa Yuda wonyene+. 2 Ngoma 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Rehobowamu ashitse i Yeruzalemu+, aca akoranya inzu ya Yuda na Benyamini+, abagabo b’abahizi ibihumbi ijana na mirongo umunani bashoboye intambara+, kugira barwanye Isirayeli, bagarukanire ubwami Rehobowamu.
20 Isirayeli yose ikimara kwumva ko Yerobowamu yagarutse, baca batuma kumuhamagara ngo aze kw’ikoraniro maze bamugira umwami wa Isirayeli yose+. Nta n’umwe yakurikiye inzu ya Dawidi kiretse umuryango wa Yuda wonyene+.
11 Rehobowamu ashitse i Yeruzalemu+, aca akoranya inzu ya Yuda na Benyamini+, abagabo b’abahizi ibihumbi ijana na mirongo umunani bashoboye intambara+, kugira barwanye Isirayeli, bagarukanire ubwami Rehobowamu.