2 Ngoma 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amaherezo Abiya aryama hamwe na ba sekuruza+, hanyuma bamuhamba mu Gisagara ca Dawidi+; nuko Asa+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe. Mu misi yiwe igihugu kimara imyaka cumi ata kigihungabanya+.
14 Amaherezo Abiya aryama hamwe na ba sekuruza+, hanyuma bamuhamba mu Gisagara ca Dawidi+; nuko Asa+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe. Mu misi yiwe igihugu kimara imyaka cumi ata kigihungabanya+.