Gusubira mu vyagezwe 4:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Nimwarondera koko Yehova Imana yawe muri hiyo, ntuzobura rero kumuronka+, kuko uzobaza ivyiwe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose+. 2 Ngoma 26:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Aguma yihatira kurondera+ Imana mu misi ya Zekariya, uwigisha ugutinya Imana y’ukuri+; kandi, mu misi yarondeye Yehova, Imana y’ukuri imuha gutunganirwa+.
29 “Nimwarondera koko Yehova Imana yawe muri hiyo, ntuzobura rero kumuronka+, kuko uzobaza ivyiwe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose+.
5 Aguma yihatira kurondera+ Imana mu misi ya Zekariya, uwigisha ugutinya Imana y’ukuri+; kandi, mu misi yarondeye Yehova, Imana y’ukuri imuha gutunganirwa+.