1 Abami 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbere n’ivyo utasavye nzobiguha+, ubutunzi+ n’ubuninahazwa, ku buryo mu bami hatazoboneka n’umwe ameze nkawe, mu misi yawe yose+. Zaburi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Azoba koko nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi+,Gitanga ivyamwa vyaco mu gihe caco+Kandi amababi yaco ntakabirane+,Kandi ico akora cose kizokunda+. Imigani 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umuhezagiro wa Yehova, emwe, uwo ni wo utungisha+, kandi nta mubabaro awongerako+.
13 Mbere n’ivyo utasavye nzobiguha+, ubutunzi+ n’ubuninahazwa, ku buryo mu bami hatazoboneka n’umwe ameze nkawe, mu misi yawe yose+.
3 Azoba koko nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi+,Gitanga ivyamwa vyaco mu gihe caco+Kandi amababi yaco ntakabirane+,Kandi ico akora cose kizokunda+.